

Arahiriye kuyobora u Burundi nkuko biteganyijwe mu itegeko nshinga ry’ u Burundi ingingo 107 , Perezida Ndayishimiye yarahiye kuyobora u Burundi muraya magambo :
“Imbere y’Imana Mushoboravyose, imbere y’Abarundi bose bo bene igihugu, jewe Evariste Ndayishimiye Umukuru w’Igihugu c’Uburundi, ndarahiye ko ntazotirigana ku Masezerano y’Ubumwe bw’Abarundi, kw’Ibwirizwashingiro rya Repubulika y’Uburundi n’ayandi mabwirizwa kandi ndemeye ko nzoharanira ntiziganya ineza y’Uburundi n’Abarundi, nkubahiriza ubumwe bw’Abarundi, amahoro n’ubutungane kuri bose. Ndemeye kurwanya ivyiyumviro n’ingendo y’ihonyabwoko n’ugukumirana, guharanira no guteza imbere agateka ka zina muntu n’ak’abenegihugu bose, no kwubahiriza imbibe n’ukwikukira kwa Repubirika y’Uburundi.”
________________________________________
Yanditswe na Nelson Mucyo